TETERO LAURETTE – INDANGAMIRWA

INDANGAMIRWA By TETERO LAURETTE

Mukenyezi, Ino ndirimbo ikubere icibutso c’ukuntu uhambaye mw’iterambere rya Buri kiremwa muntu. Muri vyose uri Indangamirwa, witandukanya nabandi ukabasiga kure cane. Niwumva ucinyijwe ino ndirimbo ize ikwibutse agaciro kawe. Niyo wacika intege ino ndirimbo izokwibutse ko Uri umunyenkomezi. Muri vyose ize yame ikwibutsa ko Uri ikirumara, I N D A N G A M I R W A. Uwuguhoza ku mutima Laurette Tetero Audio : X-FECTA Distribute : Agatik Entertainement

Similar Posts:

    None Found

Author: Admin Boss

1 thought on “TETERO LAURETTE – INDANGAMIRWA

  1. I simply want to mention I’m all new to blogging and site-building and seriously loved this page. Almost certainly I’m want to bookmark your blog . You really have good well written articles. Appreciate it for sharing your blog site.

Leave a Reply

Your email address will not be published.